Entertainmententertainment Promotedhomepagekirundipromoted

UCOCO Fashion ihamagarira abarundi gukunda ivy’iwacu

Abarundi ngo twari dukwiye guheba poubelle tukijukira ivy’iwacu, kubona twambara impuzu ziva mu bazungu bakarungika muri Africa kandi natwe twifitiye impuzu zimeze neza nk’impuzu z’igiti zimeze neza.

UCOCO mugihe bari bavuye mu gihungu kibanyi ca Tanzaniya mw’ihiganwa rya Swahili Fashion Week2019 kuri uyu wakabiri igenekerezo rya 10 Kigarama, niho batahuka mugihugu c’amavukiro. Mu kiganiro gito twagiraniye kukibuga c’indege citiriwePerezida Melchior NDADAYE yarateye akamo abarundi ko boreka kuguma birukira impuzu ziva hanze wewe ico yise Poubelle ngo mugihe impunzu z’abazungu zikimeneka ziza muri Afrika canke mu Burundi biracababaza cane ku basazwe bafise ama Fashions aha mu gihugu kubona abarundi tutiha agaciro mu gukunda kwambara ivy’iwacu tukareka  impunzu ziva hanze kuko nimba bazambara bakazirungika n’uko baba babonye ko ari Poubelle ngo dukwiye kwiga gukunda ivyiwacu kuruta nakare dufise impuzu nziza z’igiti zibereye cane gose kuruta izabo.

Mwomenya ko bari bagiye mw’iryo higanwa ari abantu batari bake aho harimwo nk’ishirahamwe Wasili ryabashigikiye mu kubarihira mukubarosa itike y’indege y’abantu cumi kugira baze kwerekana ubwiza bw’igihugu bakagaruka kandi bagatera akamo amashirahamwe yaha iwacu koyoza arashigikira cane aba Modeling nk’uko aya handi babonye abashigikira gose ngo nayo ahandi haba mu gutambuka canke kwambara barabarusha cane babuze ababashigikira nk’ahandi.

Raba amwe mu mafoto iyobari bariko bara defila muri Swahili Fashion Week2019 :

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769