BurundiÉnergiegroups-membership-request-accepted-by-adminHealthhomepagekirundi

Uguhitamwo kugendera Uburundi ubwa mbere ngo si igihamana

Umushikiranganji ajajwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida Thadée Ndikumana yakiriye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Kigarama 2020, intumwa zo mu gihugu ca Angola.

Uwo murwi ukaba wari uje kwiga ubuhinga Uburundi ngo bwakoresheje mu ntumbero yo kwirinda ikiza ca Coronavirus.

Kubw’uwo murwi, ngo guhitamwo kugendera Uburundi ngo nticabaye igihamana. Ngo ni kubera ko buvugwa ko bwabaye akarorero mu kwirinda ico kiza mu karere no muri Afrika.

https://youtu.be/dLcb-D3DkJ0

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765