BurundihomepageJusticekirundi

Uku niko abacamanza n’abashingwamanza bahamagarirwa gukora

Amategeko mpuzamakungu ngo ahari kugira yunganire ay’igihugu kigenderako ari naco gituma abacamanza n’abashingwamanza babwirizwa kuyisunga mu gutunganiriza ababitura.

Ivyo ni ibishikirizwa na bamwe mu bacamanza n’abashingwamanza bariko barakurikirana inyigisho batunganirijwe n’umugwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH ku vyerekeye amategeko mpuzamakungu akingira agateka ka zina muntu.

Abariko bakurikirana izo nyigisho bamenyesha ko zigiye kubafasha kurangura neza umwuga wabo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764