Burundihomepagekirundi

Umukuru w’igihugu abahamagarira kubera akarorero abandi

Umukuru w’igihugu c’Uburundi asaba ba musitanteri na ba buramatari bose kubera inyishu abanyagihugu barongoye.

Evariste Ndayishimiye yabivuze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Gitugutu 2020 ari i Gitega ku murwa mukuru wa poritike, mu nama yakoranye na ba buramatari hamwe na ba musinteri bo mu gihugu cose.

Inyuma y’iyo nama, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yaciye ashikiriza imiduga mishasha ba musitanteri bagiye gukoresha agurako abasaba kuyibungabunga.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764