BurundiCooperationDiplomacyhomepagekirundi

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye kwitaba inama igira 18 y’ibihugu hamwe n’amareta agize umuryango CEEAC, inama itegekanyijwe kuba aho bukera kuwa gatanu, igenekerezo rya 27 Munyonyo uwu mwaka.

Abo bubahwa bakaba bakiriwe ku kibuga c’indege c’i Libreville n’umupfasoni Rose Christiane Raponda, umushikiranganji wa mbere akongera akaba n’umukuru wa Reta ya Gabon.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 768