BurundiBusinessEconomyhomepagekirundi

Umushikiranganji Immaculée Ndabaneze yabogojwe mu mabanga

Umushikiranganji w’ubudandaji, ugutwara abantu n’ibintu amahinguriro n’ingenzi Immaculée Ndabaneze yakombowe mu mabanga kuva kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 1 Rusama 2021.

Nk’uko biri mw’itegeko ry’umukuru w’igihugu inomero 100/140 ryo kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 1 Rusama 2021, Immaculée Ndabaneze ngo akaba yirukanywe mu mabanga yo kuyobora ubwo bushikiranganji ku mvo z’uko ibikorwa vyiwe ngo vyohava bibangamira ubutunzi bwa Reta bikanacafuza isanamu y’igihugu.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 766