BurundiÉnergiegroups-membership-request-accepted-by-adminhomepageJusticekirundi

Uru nirwo sentare nkuru ya Mukaza yabaciriye

Umunyororo w’imyaka 10 nico gihano sentare nkuru ya Mukaza yaciriye kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 15 Kigarama 2020, abantu 4 bafatiwe ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika bariko bapakurura ibitenge vyinjiye kuri magendo.

Mu ntahe y’ikibiriraho, ababurana bo bakaba basavye kwezwa mu gihe basiguye ko batazi nyene ivyo bitenge.

Umuntu umwe yarapfuye arashwe mu gihe igiporisi kuri uyu wa mbere cariko kiragerageza gufata abapakurura ivyo bitenge bishika 1800 bivugwa ko bifise agaciro k’imiriyoni zirenga 50.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765