BurundiBurundi-GospelEntertainmentGospelkirundi

Uwutazorambirwa azokwimbura, aka niko kamo Masezerano atera abarimvyi

Imbere ni heza, kandi ibihe ni vyiza, Masezerano asaba abaririmvyi ko bomenya ko ico basabwa ari ukuba inyishu ku buzima bw’abantu igikenewe ngo ni ukuba abazigirwa ibisigaye birikora.

Imana niyo yonyene ica inzira aho itari, mu gutera intege abarimvyi, Masezerano Jen Claude yababwiye ko bo kw’izigira Imana kuko atawizigiye Uwuhoraho yigeze aba umusegererezi.
Masezerano agatera akamo, yongera anatera intege abamenyeshamakuru ko bokora neza akazi kabo ibintu bizogenda neza.
Maserano akameza ko umuziki w’uBurundi ndetse n’umuziki wiwe muri rusangi uteye intambwe, akaremesha ababona ko udateye ku rugezo rw’ibihugu bibanyi,abamenyesha ko umuziki ugenda ku murindi w’iterambere ry’igihugu.

Mwomeya ko Masezerano ari umuririmvyi aririmba indirimbo zo gutazira no kuramya Imana(Gospel)

Mushobora kwumviriza uwo MUkozi w”Imana aha musi

What's your reaction?

Related Posts

1 of 584