Entertainmentkirundi

Vichou Love mu gutangura umwaka neza abatumiye Kuri One People

Mkali wa Live niryo Zina yahawe n’abakunzi biwe birazwi neza ko kumuziki w ‘ikibiriraho aho yateramishije abantu atawipfuza gutaha.

Kuva muri the fighter production basanzwe bahagarikira ibikorwa vya Vichou baremeza neza yuko bafise indirimbo nyinshi za Vichou hasigaye gusa kobiha gahunda yingene zosohoka,hariho n’ indirimbo bashoboye nogukorana n’abaririmvyi b’abanyamahanga ariko batarashima kurekura.

Indirimbo aheruka kurekura ni “Ababare” arikumwe na Mb Data
Ariko ngo vuba twitege ikindi gikorwa kizozanana n’amasanamu.

Igenekerezo rya 8 nzero 2023 arabatumirira Kuri Resto Bar One People mu Carama mutangurane umwaka mu munezero kuko afise vyinshi yabateguriye

What's your reaction?

Related Posts

1 of 550