homepagekirundiSCIENCES & TECHNOLOGIESyouth

Youth : Ikoreshwa ry’ubuhinga bwa none rifise ingaruka mbi na nziza ku rwaruka

“Ikoreshwa ry’ubuhinga bwa none rishobora gufasha mu kurwanya urudandanzwa rw’abana. Ariko kandi n’abana bashobora kudandazwa hakoreshejwe ubuhinga bwa none”.

Francis Olivier Cubahiro, umwe mu bakoze icigwa ku kamaro ko gukoresha ubwo buhinga mu kurwanya urudandazwa rw’abana, yabivugiye, kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2020 mu nama y’urunani rw’amashirahamwe aharanira agateka k’abana FENADEB.

Cubahiro asigura ko ikoreshwa ry’ubuhinga bwa none rifise ingaruka nziza na mbi ku rwaruka. Ahanura abavyeyi kuraba neza ukwo abana babo bakoresha ubwo buhinga.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 756