BurundiEast Africa Newshomepagekirundisociete

Zimwe mu ntambamyi Uburundi buriko burahura nazo mu muryango EAC

Zimwe mu ntabamyi z’ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry’Uburundi mu muryango wa Afrika y’ubuseruko, urwaruka, inkino n’imico kama ngo n’uko bakiriko barariha ibirarane vy’intererano y’Uburundi muri uwo muryango hamwe n’uko ikiza ca covid-19 cahungabanije ibikorwa vy’uwo muryango.

Umushikiranganji Ezéchiel Nibigira yabishikirije kuri uyu wa mbere aho yariko aratanga icegeranyo c’ivyakozwe n’ubwo bushikiranganji kuva mu kwezi Mukakaro gushika mu kwezi kwa Nyakanga uno mwaka.

Umushikiranganji Nibigira avuga kandi ko ikibanza cari categuriwe kwubakamwo ibibuga vy’inkino mu Maramvya cihagiwe n’abantu barenze amategeko.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 765