homepagekirundikirundi_SportsWorld News

Neymar bamusaba kwigerera ku musi wiwe w’amavuko

Kuri uyu w’Imana niho Neymar azokwiza imyaka 28 y’amavuko, uwo akaba yitezweko urubanza rukomeye I Paris mu Bufaransa, nkuko amakuru dukesha ibinyamakuru vyo kuri uwo mugabane abishikiriza.

Naho biruko hari abatabona ryiza urwo rubanza, kuko bimirije inkino zitandukanye kandi zikomeye cane mu misi iza. Christophe Dugary, umwe mu bahumure muri urwo rukino, yakininiye ubufaransa, akaba abona ko uwo mukinyi naho yohimbaza uwo musi yogenza gahoro kugira ntaruhishe umubiri.

Uwo mukinyi akaba azokorera urubanza mu kibanza gishobora kwakira abantu 500, murabo hakaba harimwo abarongozi bakuru ba PSG, abo mu muryango wiwe hamwe n’abandi bakunzi biwe bakomeye bazotumirwa.

Neymar akaba azwiko amakosa akomeye akora mu bihe nkivyo nkuko vyabonetse mu myaka iheze. Amakuru dukesha Footradio akaba avuga ko uwo mukinyi yarakwiye kwigerera kuko yaragize igihe yitwara neza mu kibuga, ngo ntahave asanga bitagenze neza mu misi iza.

Mwomenya ko himirije urukino rw’uwo murwi, PSG, n’umurwi wa Nantes hakazoba ari ku musi wa 2.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871