footballhomepagekirundikirundi_Sportsprimus ligue

Primus Ligue: Aba nibo bakinyi batemerewe gukina kundwi ya 25

Igisata gitunganya ibijanye n’inkino zo muri Primus league mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB cashize ahabona abakinyi batemerewe gukina inkino z’indwi ya 25 kumvo zo kugira amakarata atukura. Abo nabo ni aba bakurikira :

1) Ndabashinze Félicien akinira Umugwi wa Bumamuru Fc afise amakarata 3

2) Mahanga Moussa akinira Umugwi wa Ngozi City afise amakarata 3

3) Bizoza Prince akinira Ngozi City afise amakarata 3

4) Tuyihimbaze Gilbert akinira Buja city afise amakarata 3

5) Kubwayo JM Vianney akinira buja city afise amakarata 3

6) Kabura Carmel akinira LLBs4A afise amakarata 3

7) Ndikumana Moussa akinira Umugwi wa Flambeau du centre afise ikarata 3

8) Tunabarikiwa akinira Umugwi wa Flambeau du centre afise ikarata 3

9) Iddy Saidi Juma akinira Umugwi wa Kayanza united afise amakarata 3

10) Djuma Simple akinira Umugwi wa Bs Dynamic afise amakarata 3

11) Masudi Narcisse akinira Umugwi wa Aigle Noir afise amakarata 3

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891