africa newsBurundiHealthhomepagekirundi

Amakuru ya Coronavirus aho mu gihugu kibanyi ca Congo

Mu makuru ya nyuma aherutse gushirwa ahabona ku bijanye n’ikiza Coronavirus aho mu gihugu kibanye ca Congo, ibiharuro vyerekanywe n’uko abarwayi bamaze kumenyekana bagera kuri 241.

Abamenyeshwa ko bamaze guhitanwa n’ico kiza ni abashika mirongo ibiri( 20). Ariko kandi hakaba hari n’abandi bashika mirongo ibiri nyene(20) bivurwa ko barusimvye bagakira ico kiza.

Aho twokwibukanya ko ico kiza candukira cane ari n’aco gituma ibihugu vyinshi harimwo n’aha iwacu biguma bitanga impanuro ku banyagihugu bavyo ko bokwiyubara cane mu guhindura inyifato zisasira indava ico kiza maze zigatuma giheza kikoroherwa                                                                                      kwandukira n’ugutikiza inganda.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 764