footballEsther NishhomepageIbiyovyabwengekirundikirundi_Sportsprimus ligueYvan muziki

Primus league B : Ihiganwa rigiye kubandanya ku ndwi ya 2

Inyuma y’imisi ihiganwa ry’icicaro ca kabiri rihagaritswe bivanye n’uko umugwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 wari mu myiteguro yo kwitabira inkino za CAN U 20 zigiye Kubera mu Gihugu ca Niger kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 26 Nzero no kuwa Mungu igenekerezo rya 27 Nzero iryo ihiganwa rizoba ribandanije kundwi ya 2 .

Uko niko imigwi izohura :

Ku musi wa gatandatu 26/01/2019:

  • Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha indwi n’igice 13h30 aigle Noir B izohura na Burundi Sports Dynamic

-Ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore kandi, isaha icumi 16h00 Delta Star izohura na Moso Sugar

  • I Bubanza isaha umunani 14h00 Les élephants izohura na les jeunes Athletics
  • I Muyinga isaha umunani 14h00 Unité Fc izohura na Busoni Star
  • Ku kibuga citiriwe Vyizigiro isaha umunani 14h00 Rumonge City izohura na Volontaire yo mu kanyosha
  • Mu Ruyigi isaha umunani 14h00 Buhumuza Fc izohura na Lumière de Mwumba
  • Imuramvya isaha umunani 14h00 Royale Fc y’imuramvya izohura na Toj Junior yo mu Kayanza.

Igenekerezo rya 27/01/2019:

  • Ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore isaha icenda 15h00 Inter Star izohura na Muzinga Fc

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891