footballgroups-at-messagekirundikirundi_SportsSportUncategorized

Abakinyi ba Inter Star bemerewe agashirukabute n’ibatsinda Musongati Fc

Mugihe kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Rusama 2020, Isaha icenda (15h00) ku kibuga c’intwari, harindiranywe igishika urukino rukomeye cane rwo gutangura rw’igice ca kabiri gishira icanyuma c’igikombe c’Umukuru w’Igihugu ruza guhuza umugwi Inter Star hamwe na Musongati Fc .

Abayobozi b’umugwi wa Inter Star bamaze kwemerera abakinyi agashirukabute kangana n’ibihumbi ijana n’ama mirongo itanu 150.000Fbu kumukinyi umwe umwe wese nibaronka amahirwe yo gushika murukino rwanyuma rw’igikombe c’Umukuru w’Igihugu (Finale).

Mwomenyako ubu umugwi wa Inter Star urongowe na Nyakubahwa icegera cambere c’Umukuru w’igihugu Gaston Sindimwo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 707