featured sportfootballhomepagekirundikirundi_Sportsprimus ligue

Urutonde rw’abakinyi 20 b’impfatakibanza b’umugwi BS Dynamic uzokoresha mw’ihiganwa rikurikira

Burundi Sports Dynamic Nsabimana Bakari niwe mumenyereza wa mbere wo mu cicaro ca mbere amaze gushira ahabona abakinyi 20 b’impfatakibanza azokoresha mu mugwi Bs Dynamik mw’ihiganwa rikurikira. Kuri urwo rutonde dusangamwo uwigeze kuba umukinyi w’intamba mu rugamba Ngama Emmanuel.

Abakinyi bashasha akaba ari babiri gusa abandi ni abari basanzwe bari muri uwo mugwi , abo amasezerano yabo yari yarangiye nabo bose bamaze kwongerwa ayandi mashasha.

Kuri urwo rutonde hakaba haburamwo abakinyi batanu (5) gusa kugira bakwize igitigiri c’abakinyi bipfuza 25

Urutonde rw’abakinyi 20 akaba ari uru rukurikira:

1.Omar sakho Irakoze
2.Simpo Djuma
3.Amiss Ntunzwenimana
4.Jean Boris Irutingabo
5.Aladin Bizimana
6.Sunday Izadukiza
7.Moise Halidi
8.Desire Nduwimana
9.Jeff Mugisha
10.Paul Niyokwizera
11.Medard mutunzi
12.David Sinibagiye
13.Ibrahim Miburo
14.Iddy Souleiman Hamissi
15.Ahmed Bobo
16.Franck Ntakirutimana
17.Manoah Ngabireyimana
18.Ngama
19.Thierry Sindayigaya (Bumamuru Fc)
20.Ibrahim Ntamwishimiro (Olympic Star)

Mwomenya y’uko uwahawe amabanga yo kugura abakinyi muri uwo mugwi ari Manager w’intamba mu rugamba Mutima Constantin asanzwe aba mu gihugu c’ubwongereza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891