BurundiBusinessCuteDevelopmentEconomyhomepagekirundi

David Nyandwi ati: “Wituye VITRACO, ibidandazwa vyawe bizira rimwe kandi ku gihe”

Mu kiganiro yagiranye n’abanditsi hamwe n’abamenyeshamakuru, umukuru w’ishirahamwe ryungururza ibidandazwa ribicishije mu kiyaga Tanganyika canke mw’ibarabara ry’indaraye, VITRACO (Vision Taransport Company), David Nyandwi arerekana akamaro ko gukoresha uwo muhora, inyungu haba ku mwanya ibidandazwa bimara mu nzira ndetse no ku giciro co kubishikana, umutekano w’ibidandazwa, n’ibindi.

Muri ico kiganiro, David Nyandwi yagarutse kandi ku kibanza baha umu client aba yituye ishirahamwe ryabo VITRACO aho ngo uryituye ata faranga na rimwe bagusaba imbere y’uko ubona ko ibidandazwa vyawe vyagushikiriye.

Ivyo kumwe n’ibindi bitari bike ubikurikirana uciye aha hepfo muri ino video

What's your reaction?

Related Posts

1 of 770