BurundiAkes DonEntertainmenthomepagekirundimusicPassport

Emery Sun arindiriye umwanya mwiza ngo asohore n’izitari iz’urukundo

Emery sun avuga ko n’izindi ndirimbo zitari iz’urukundo amaze kuzandika, ariko akavuga ko hataragera ko azishira ahabona.

Mu kiyago Emery sun aheruka kugirana na Indundi magazine yagize ico avuga ku vyivugo ashikiriza mu ndirimbo ashira akora.

Muri ico kiganiro, yatubwiye ko atandika indirimbo zirabishwa ku rukundo gusa, ariko ngo n’ibindi vyivugo, Sujet, ngo arabikorerako ukuri kwamye. Emery akavuga ariko ko hatari bwagere ko azishira ahabona.

Uwo muirimvyi yabandanije atubwira ko izo ndirimbo zivuga ibindi atari urukundo, ngo amaze kuzandika, ariko ko akirindiriye ko igihe kigera kugira abashe kuzishira ahabona.

Mwomenya ko Emery sun atarumvikana aririmba izindi ndirimbo zitari iz’urukundo.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 775