Diasporahomepagekirundi

Diaspora: Yaraye aronse ipete rya Major muri Reta zunzubumwe za Amerika

Umurundi aba muri Reta zunzubumwe za Amerika neza na neza muri Reta ya Arizona mu gisagara ca Phoenix azwi ku mazina ya Yves Ngenzirabona yaraye aronse ipete rya “Major”.

Major Yves Ngenzirabona yari azwi cane mu murwi w’umupira w’amaguru w’abarundi baba Arizona GLM soccer.

Indundi Magazine irakeje uwo mwubahwa, abavyeyi n’igihugu camwibarutse.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 759