Umurundikazi Hakizimana Alexia(no4) aba mu gihugu c’Ubushinwa ari mwihiganwa ryitiriwe «China Africa cooperation » arasaba abarundi kumushigikira kugira arabe ko yotahukana iryo higanwa.
Kumuha amahirwe yo gutsinda, iryo higanwa, mwinjira kuri iyi link : http://www.beijingreview.com.cn/
Ari ku nomero 4 kandi mushobora kubikora rimwe ku musi, amatora akaba ategekanyijwe kuzorangira ku musi w’ejo igenekerezo rya 30 Munyonyo2020.