Amakuru Ya AudioAkes DonDiasporadiaspora musicEntertainmentGael BigirimanahomepagekirundiPrimusic2019Sat-B

Abarundi baba mu makungu bemeye kuzofasha abasirwa b’umuhisi Member (Audio)

“Akabura ntikaboneke ni nyina w’umuntu”. Abaririmvyi bari mu makungu “Diaspora burundaise” biyemeje kuzobandanya bafasha umuryango w’umuhisi Bruno Simbavimbere abana asize bazoshobore kubandanya amashure.

Amateka nimeshi yaranze umuhisi Member ntawoyavuga ngo ayamare ahubwo bikwiye kwandikwa mu bitabu basohore n’indirimbo nyinshi”. Ivyo ni bimwe biri mw’ijambo abo baririmvyi bashikirije.

Bamwe mu biyemeje kuzobandanya bafasha umuryango wiwe nacane cane abana asinze harimwo umupfasoni Eliane NININAHAZWE aba muri Hollande yemeye kuzofasha umukobwa wiwe KEZA Lauraine, Styven Sogo, Kaka Boney basazwe baba muri Reta zuze ubumwe za Amerika, Germain Hakeshimana, Balozi, Pasteur KAMPAYANO n’abandi bemeye kuzofasha abandi bana basigaye.

Ido n’ido ni mw’iri jambo bashikirije aha musi :

What's your reaction?

Related Posts

1 of 773