footballhomepageIKIRUNDI_newsInkinokirundikirundi_Sports

Ivya Cristiano Ronaldo na Manchester United bibandanya bitoroha

Naho bivugwa ko Cristiano Ronaldo ataryohewe muri Manchester United, inyuma y’igihe gito cane agarutse muri uwo mugwi wamubonye akura, ngo ugukinjura kwiwe muri uwo mugwi kwoba kutaratomoka neza. 

Uwo mutsinzi wa Ballon d’or 5, ngo yoba adashima ikibanza uwo mugwi arimwo ufise muri Champions League.

PSG iriko iramurondeza urushinge ngo ntirabasha guhabwa inyishu nziza n’uwo mukinyi w’umunya Portugal, canke n’umu Agent wiwe Jorge Mendes, kuko uwo mukinyi atarafata ingingo ntabanduka.

Uwo mugwi wa PSG uriko uramurondera cane mu gihe Mbappe nawe asa n’uwuhagaze ku muryango yerekeza muri Real Madrid, ariko kandi bakaba banakeneye ko uwo mugwi womenyerezwa muri uwo mwaka uza w’inkino na Zinedine Zidane asanzwe muri kino gihe ata mugwi n’umwe amenyereza.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891