BurundiEntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundimusic

Mista Champagne ngo ntihakabe umwana n’ikinono

Mista Champagne ngo amashirahamwe atandukanye asanzwe akorera hano iwacu, ntiyarakwiye gucagura abo ashigikira n’abo adashigikira mu bikorwa vyabo.

Mista Champagne akaba abivuga yisunze ko nk’ihiganwa Isanganiro Awards rishigikirwa cane n’amashirahamwe atandukanye, ariko irindi nka Platformshow Awards usanga Itigeze ishigikirwa.

Ivyo akaba yabishikirije kuko umwe mu basanzwe bategura Platformshow Awards yavuze ko hari uburyo bubura kugira Ababa batsinze batekererwe ibahasha.

Mwomenya ko ihiganwa Platformshow Awards ryitezwe mu kwezi kw’7 ku ncuro yaryo ya 2. Uno mwaka ngo bakaba biteze gushiramwo iyindi mice.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 775