EntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundimusic

Harmonize yahakanye ko atakubise Eric Omondi

Inyuma y’ukumara umwanya Ari mu minwe y’igipolisi, umuririmvyi Harmonize yahavuye arekurwa, ubu aridegemvya.

Ivy’ifatwa ryiwe bikaba vyagumye bishikirizwa uno musi Aho uwo muririmvyi vyabugwa ko yoba yarariye amafaranga y’abandi ariko ntabashe kuboneka mu butambiro yaragerezwa Kubonekamwo.

S’ico gusa kuko hahavuye hanumvikana ko Harmonize yoba yakubise Eric Omondi, ivyo yahakanye yivuye inyuma kuko ngo bitokunda ko ukubita umuntu Kandi uhagararanye n’igipolisi.

Harmonize akaba abandanya Tours arimwo muri Kenya.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769