BurundiEntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundimusic

Party Love ya Alvin Smith yamaze gushika ku mbuga zigurisha umuziki

EP ya Alvin Smith yiswe Party Love igizwe n’indirimbo zitari nke yakoranye n’abigeme gusa, yahavuye ishika ku mbuga zigurisha umuziki.

Nkuko uwo muririmvyi yabishikirije ku mbuga ziwe asanzwe akoresha, ngo izo ndirimbo zamaze gushika ku mbuga zigurisha umuziki nka Boomplay ikunzwe muri Africa.

Muri kino gihe izo ndirimbo zikaba ziboneka kuri izo mbuga gusa, ku mihora nka YouTube zikaba zizoca ziboneka mu nyuma nkuko yabishikirije, akaba Kandi yanashikirije ko azozikorera amasanamu ariko buke buke kubera uburyo.

Mwomenya ko uwo muririmvyi ribaye irya mbere ashira ahabona EP, kuko yahora asohora ama single gusa.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 775