Entertainmenthomepagekirundi

Natacha yoba agiye gukorana na Eddy Kenzo kumwe na Bruce melodie

Vyari bikitudidaniye aho Umuririmvyikazi Natacha yari yerekeje, kuko yabonetse ari mundege yandika amajambo afobetse cane ngo telefone yiwe yaheze umucanwa agiye kuyi chargea.

Benshi bagumanye amakenga ariko nkuko yatumenyereje bimwe mu bikorwa vyiwe yama abikorera muri Tanzania canke mu bugande ikibazo cahagumye nukumenya nihehe ubu agiye?,gukora iki ?agiye gukorana nande?

Nubwo bikiri mugifuri hamaze kuboneka amafoto arikumwe na Eddy Kenzo rurangiranwa mu Buganda na Bruce Melodie mu gihugu kibanyi Rwanda .

Bikaba bikigoye kumenya nyimba bagiye gukorana canke kwari ukuramukanya gusa, mu makuru yacu tugiye kubatohoreza ayo akaba adahara.

Bandanya mu kurikirana Kuri Indundi Magazine ukobizogenda tuzobikumenyesha.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769