footballintamba murugambakirundikirundi_Sportsprimus ligue

#indundi Sports| Ihiganwa rya Primus League rigiye kubandanya ku ndwi igira 21

 

Mu mpera z’ino ndwi , ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi rizoba rigeze ku ndwi igira 21.

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 Ruhuhuma 2023 :

– Isaha indwi 13h00 ku kibuga Urunani Umurwi wa Rukinzo Fc uzokwakira Buja City

– Isaha icumi 16h00 ku kibuga Urunani umurwi wa Magara Young Boys uzokwakira Athletico New Oil Academy

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urumuri umurwi wa Tigre Noir uzokwakira Musongati Fc

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga ca NPPC umurwi Top Junior izokwakira Olympic Star

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 26 ruhuhuma 2023 :

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urunani umurwi Inter Star uzokwakira Bs Dynamik

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Gatwaro umurwi Vital’o Fc uzokwakira Kayanza United

– Isaha Icenda 15h00 ku kinuga Ingoma umurwi Flambeau du Centre uzokwakira Aigle Noir Cs

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urukundo umurwi Messager Ngozi uzokwakiea Bumamuru Fc.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 669