footballkirundi_Sportsprimus ligue

# Indundi Sports | Ihiganwa rya Primus League rigiye kubandanya kundwi igira 24

Inyuma y’inkino zibiri za kivandimwe z’Intamba mu rugamba na Indonésie, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus League zigiye kubandanya kundwi ya 24.

Uku niko imirwi izohura :

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 08 Ndamukiza 2023 .

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Gatwaro , umurwi wa Vital’o Fc uzokwakira Magara Young Boys

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Umuco i Muyinga , umurwi wa Athletico New Oil uzokwakira Inter Star

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga ca NPPC i Makamba , Umurwi Aigle Noir Cs uzokwakira Top Junior

 

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 09 Ndamukiza 2023 .

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani mu Cibitoke , Umurwi wa Bumamuru Fc uzokwakira umurwi wa Tigre Noir

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Gatwaro mu Kayanza , Umurwi wa Kayanza United uzokwakira umurwi wa BS Dynamik

– Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Ingoma I Gitega, Umurwi wa Musongati Fc uzokwakira umurwi wa Rukinzo Fc

– Isaha icenda 15h00 ku kibuga Umuco i Muyinga , Umurwi wa Olympic Star uzokwakira umurwi wa Buja City

-Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urukundo I Ngozi , Umurwi wa Messger Ngozi uzokwakira umurwi wa Flambeau du Centre .

What's your reaction?

Related Posts

1 of 315