Entertainmenthomepage

Uwiragiye Fondation hamwe na Fondation Patric Ngoga abagendana ubumuga babafasha no mumpano zabo

Ishirahamwe Uwiragiye Fondation risanzwe rifasha abagendana ubumuga bw’amaso ryatangujwe 2018 icicaro caryo kikaba Kiri i Bujumbura mu kabezi barubuye Impano yumwe mu bagenda ubumuga afise n’impano yo kuririmba n’igiki bagiye kumufasha?

Mu nyigisho bama bariko baraha urwo rwaruka rugendana ubumuga bw’amaso babigisha kutikengera bagakora kugira biteze Imbere bakanaronswa n’ivyirwa vyokwiga gusoma nokwandika .

Uwiragiye Fondation ifadikanije na Fondation Patric Ngoga barabahamagarira kuza kuraba Impano z’urwaruka bareze bagendana ubumuga, ariko muvyokuririmba bakaba batavyorosha.

N’igiteramo giteguwe kw’ igenekerezo rya 21 Mukakaro 2023 kuri Eden Garden Ressort isaha 12 zo kumugoroba(18h)
Niyongabire Eric batazira Nipo simple ava muri Fondation Ngoga agendana ubumuga bw’amaguru n’amaboko hamwe na Can Be Swaga ava muri Uwiragiye Fondation agendana ubumuga bw’amaso
Abaririmvyi nka Big Fizzo na Vichou Love bazoba bahishikiye kugira babafashe mukubateramisha

kw’injira ahasanzwe ni ibihumbi 50
VIP: 100k
VVIP: 500k

Ico basaba ngo n’ukuza gushigikira izo mpano abagendana ubumuga baronke icobifashisha babicishije mu mpano bahezagijwe

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,763