homepage

#Bururi:Apfunzwe yagirizwa gufata kunguvu

Hari umuhabo apfungiwe mugasho K’igipori i Bururi kuva kumugoroba wo kuri uyu wa kane.Yagirizwa gufata Ku nguvu umwigeme w’umunyeshure afise imyaka 20 ava Ku mutumba wa #Sure wo muri komine #Vyanda y’iyo ntara nyene.

 

Akaba yoba yamufashe Ku nguvu mu masaha y’umugoroba Ku musi wa gatatu w’ino ndwi abanje kumutera ubwoba akoresheje imbugita .

Uyo mwigeme nawe akaba yaciye ajanwa kwa muganga kugira akwirikiranwe yongere akingirwe inda n’izindi ndwara.

#Burundi
#RadioIndundiCulture
#Justice

What's your reaction?

Related Posts

1 of 1,673