East Africa NewsEntertainmenthomepagekirundimusic

Indirimbo ya Lil Wayne na Diamond nayo itanguye kwibazwaho cane

Aba Tanzania batanguye kurya umusaya inyuma y’ukubona ko akaririmbo Davido yakoranye na Chris Brown buca gashirwa ahabona.

Aba Tanzania batanguye kwibaza indirimbo ya Diamond na Lil Wayne yavuzwe ko izosohika aho igeze. Ivyo bikaba biriko biboneka ku mbuga ngurukanabumenyi z’ibinyamakuru muri Tanzania.

Iyo myidogo ikaba itanguye inyuma yaho habonekeye urupapuro ndangandirimbo, Cover, y’indirimbo Davido yakoranye na Chris Brow. Iyo naho itaraboneka ikaba imaze kuvurwako vyinshi n’ibihangange mu mice itandukanye y’ubuzima; irimwo abakinyi, abaririmvyi, abatamvyi n’abandi batandukanye.

 

 

View this post on Instagram

 

⏱💣 !!

A post shared by Davido Adeleke (@davidoofficial) on


Naho biruko Diamond akaba azwiko gutevya indirimbo yakoranye n’abaririmvyi b’ibihangange, aho twokwibutsanya indirimbo yakoranye na NEYO yamaze igihe itarasohoka ariko yaravuzwe

What's your reaction?

Related Posts

1 of 769