homepagekirundikirundi_Sports

CECAFA U20 : Urutonde rw’abakinyi 21 b’intamba baza gufata urugendo berekeza mu Buganda

Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 17 Nyakanga umwaka wa 2019, umumenyereza w’intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 Gustave Niyonkuru yaraye ashize ahabona abakinyi 21 baza gufata urugendo kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 18 Nyakanga umwaka wa 2019 bagana mu gihugu c’Ubuganda mw’ihiganwa rya CECAFAU20.

Akaba ari aba bakurikira :

1) Nahimana Aim
2)Niyonkuru Karim
3)Samir Nasri
4)Muderi Akbar
5)Bukeyeneza Didier
6)Dushime Didier
7)Kazeda Crispin
8)Nshimirimana Darcy
9)Nibikara Arthur
10)Nijimbere Djuma
11) Nduwimana karim
12)Ishimwe
13) Munezero Karim
14)Nkurunziza Karim
15)Musore Prince Michel
16)Nshimirimana François
17)Ntunzwenimana khamiss
18)Ndikumana Ally
19)Nihera Japhet
20)Ngondji Sanola
21)Kanyamuneza Aimé

Mukamenya y’uko iryo higanwa rya CECAFAU20 rizotangura ku musi wa gatanu igenekerezo rya 20 Nyakanga umwaka wa 2019.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871