homepagekirundikirundi_Sports

Urutonde rw’abakinyi 12 ba Rugby berekeje muri Kenya

Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 15 Gitugutu umwaka wa 2019, ishirahamwe rya Rugby ryarashize ahabona abakinyi 12 b’abarundi bazoserukira Uburundi mw’ihiganwa rya Kenya Safari Sevens.

Aba nibo bakinyi 12 hamwe na Staff bafashe urugendo :

1.NYANDWI NTARE:capitaine
2.NTAMAVUKIRO Saoul:vice capitaine
3.RUKUNDO Philippe
4.HATUNGIMANA Yvan
5.MUNEZERO Bien Aimé
6.KWIZERA Regis
7.HATUNGIMANA Tresor Alimas
8.BIGIRIMANA Abdoul
9.HAKIZIMANA Blaise Deo
10.NDIHOKUBWAYO Mike
11.NIYONKURU Desiré
12.KAMAREBO Alain

Staffs:
-KAREKEZI Boniface alias MUKULU:coach
-NDIKUMANA Innocent:Docteur
-NDIKURIYO Gerard :DTN

Ihiganwa rizokwitabirwa n’ibihugu 15 arivyo Kenya, Burundi, Uganda, Zimbabwe, France, England, Canada, Ile Samurai, Usa,Sud Africain, Ghana, Italie, Russie, Portugal hamwe na Japan.

Iryo higanwa rikaba ritegekanijwe gutangura kw’igenekerezo rya 18 gushika kurya 20/10/ 2019.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 871