footballhomepagekirundikirundi_Sports

Coupe du Président : Ibiciro vyo kwinjira mu rukino rwa Aigle Noir na Athletic Academy vyashizwe ahabona

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 Ndamukiza 2020, umugwi wa Aigle Noir washize ahabona ibiciro vyo kwinjira mu rukino rwo gusubiriza rw’igice ca kane gishira ica nyuma c’igikombe c’Umukuru w’igihugu ruzobahuza na Athletic academy kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga ca Peace Park complex kiri mu ntara ya Makamba .

Ivyo biciro bikaba bimeze uku gukurikira :

-Ku mpande z’ikibuga kuwukuze ni 1000fb

– Kuwukiri muto kwinjira ni 500fb

– Mu bwugamo bw’iteka V.I.P uri wenyene canke urikumwe n’umwana ni 5000fbu

What's your reaction?

Related Posts

1 of 891