africa newsAkes DonEast Africa NewsEntertainmenthomepageIndundi Hits ShowsMagic Soldier Kingorongoro

Alikiba na Yvonne chakachaka buca bahurira mu giteramo

Alikiba yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram ishusho arikumwe na Yvonne chakachaka iyo akaba yahavuye iherekezwa n’amajambo avuga ku giteramo bimirije.

Inyuma y’igihe akaririmbo Alikiba yakoranye n’umunya afrika y’epfo ataraja ahabona, ako karirimbo gashobora gushirwa ahabona muri uku kwezi kwa 12.

Ivyo bikibazwa kuko Alikiba akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram yanditse abaza abakurikiranira hagufi ibikorwa vyiwe ico azoririmba mu giteramo bazohuriramwo muri Tanzania mu mpera z’uku kwezi kw’12, muri Tanzania.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 707