Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 munyonyo umwaka wa 2018 , aho umugwi Ismaily Sc wo mu Misiri wari wakiriye Umugwi Messager Ngozi w’Iburundi mu rukino rwo gusubiriza rwa CAF Champions league . Urukino rukaba rwaraye rurangiye Messager Ngozi isezerewe na Ismaily Sc itsinzwe Ibitsindo 2-1.
Mu kibukako Urukino rwo gutangura rwabereye mu ntara ya Ngozi Messager yari yatsindiwe ku kibuga iwabo 1-0.Misiri.
Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 munyonyo umwaka wa 2018 , aho umugwi Ismaily Sc wo mu Misiri wari wakiriye Umugwi Messager Ngozi w’Iburundi mu rukino rwo gusubiriza rwa CAF Champions league . Urukino rukaba rwaraye rurangiye Messager Ngozi isezerewe na Ismaily Sc itsinzwe Ibitsindo 2-1.
Mu kibukako urukino rwo gutangura rwabereye mu ntara ya Ngozi Messager yari yatsindiwe ku kibuga iwabo 1-0.