BurundiAkes DonEntertainmenthomepagekirundimusicPassport

B Face aba ashaka kuvugisha abantu gusa

B Face ngo ico akora si Beef kuko ata ngumu zirajamwo, ahubwo ico aba ariko arakora, ngo ni ico bita Challenge, kugira abashe kuvugisha abantu gusa.

B Face ngo nta kibazo afitanye n’umuririmvyi numwe mubo amaze kuririmba, kuko nabo aririmba buri gihe abanza kubibabwira imbere yuko abikora.

Mu Kiganiro na Akeza Webtv, uwo musore akora Rap avuga ko ivyo akora atari Beef, ahubwo ngo ni Challenge, aho aba ashaka kuvugisha abantu.

Aho agasobanura ko abakora beef ari bamwe banashiramwo kugwana, n’imipanga ikajamwo, ariko we ngo s’uko abigenza. Nayo abamuririmba ni benshi, aho akavuga ko muri iyi myaka 2 gusa amaze kuririmbwa n’abarenga 8.

B face akaba abishikirije mu gihe bivurwa ko yoba adacana uwaka n’abatari bake barimwo abairimba Gospel co kimwe n’abasanzwe baririmba indirimbo zisanzwe.



What's your reaction?

Related Posts

1 of 775