BurundiEntertainmenthomepageIKIRUNDI_newskirundimusic

B face yakiriwe n’umuserukizi w’Uburundi muri Zambia

B face iyo abarizwa muri kino gihe mu majepfo ya Afrika, neza neza mu gihugu ca Zambia, yakiriwe n’ubuserukizi bw’Uburundi muri ico gihugu. 

Boniface mu majambo yanditse ku rubuga rwa Instagram, yamenyesheje ko mu kiyago bagiranye na AMB Ruhomvyumworo Pascal baganiriye ibijanye n’umuziki muri rusangi, ariko Kandi banaganira ku kijanye n’indirimbo B Face ariko akorana n’umunya Zambia Chef 187.

Intumbero nyamukuru y’urwo rugendo B Face arimwo muri Tanzania ngo n’ukugira umuziki w’uburundi umenyekanye muri Zambia, ariko Kandi n’uw’abanya Zambia nawo umenyekane hano iwacu.

B face akaba amaze imisi 3 ashitse muri ico gihugu, Aho ubwa mbere vyavuzwe ko Ari Indirimbo gusa, ariko nkuko abarundi babivuze ngo urubanza rumwe rumara zibiri.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 775