BurundiEntertainmenthomepagekirundimusic

Belle Nice ngo Siwe yasavye Sat-b ko bakorana Indirimbo

Ugukora Indirimbo na Sat-b ngo n’ibintu bidasanzwe kuri Bell Nice, ivyo uwo muririmvyikazi akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu nsamirizi za hano iwacu.

Uwo muririmvyikazi akaba avuga ko iyo ndirimbo imaze kurabwa n’abarenga 500,000 ngo ayitezeko ibintu bidasanzwe. Muriyo uwo muririmvyikazi avuga ko Hampande y’ukiyitegako ifaranga, ngo anayitezeko no kumufasha gushika ku rundi rwego.

Belle Nice kuri Micro ya Alan The Real mu kiganiro Indundi Hit Show, yavuze ko Atariwe yasavye Collabo, ahubwo ngo n’umukunzi wiwe yamubwiye bakorane.

Ugukorana kwabo ngo n’ikintu kidasanzwe kuko Ari umuntu akomeye mu Muziki wa hano iwacu, ariko Kandi ngo ashobora kukuduza akagushira ku rundi rwego.

What's your reaction?

Related Posts

1 of 775