Umukinyi w’Intamba mu rugamba Youssouf Ndayishimiye arashimira bimwe bivuye ku mutima mukuruwe Saido Ntibazonkiza . Abicishije ku rubuga ngurukana bumenyi rwiwe rwa Facebook yanditse avuga uko umukinyi Saidi Ntibazonkiza ari…
Igihugu c’Uburundi kigiye kwakira inkino za Tennis z’abakenyezi babigize umwuga zitiriwe izina rya World tour Tennis W 25 Bujumbura . Hari ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 13 Ntwarante 2023 isaha…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Youssouf Ndayishimiye yatanguye kumenyera igihanwa ryo mu cicaro ca mbere mu bufaransa . Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 12 Ntwarante 2023, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu bufaransa ( Ligue 1…
Umurwi wa Basketball Remesha ubandanya werekana ko ufise ihangiro rikomeye cane muri uno mwaka wa 2023. Uwo murwi ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Ntwarante 2023 , waratunganije ihuriro rya bose ( Ansemblée Général) ,…
Imvune niyo itumye Mohammed Amissi atitabira inkino zibiri za kivandimwe z’Intamba mu rugamba . Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 09 Ntwarante 2023 , Umumenyereza mukuru w’Intamba mu rugamba Etienne Ndayiragije yaraye ashize…
Umurwi OGC Nice ukinamwo umukinyi w’Intamba mu rugamba Ndayishimiye Youssuf Nyange waraye utsinze umurwi wa SheriffTiraspol wo muri Moldavie igitsindo 1-0 mu rukino rwa mbere rw’igice ca munani gishira icanyuma ( 1/8) mu…
Umumenyereza Mukuru w’umurwi nserukira gihigu w’Intamba mu rugamba ahejeje gushira ahabona abakinyi 30 agiye kwifashisha mu nkino zibiri za kivandimwe uburundi bwimirije gukina na Kenya hamwe na Indonesie ku ma genekerezo ya…
Umurwi wa Bumamuru Fc ugiye gutakaza umusatirizi wabo akomeye Shassir Nahimana . Uwo mukinyi akaba yaguzwe n’umurwi wa Bandari Fc ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya . Akaba yemeranije n’uwo murwi amasezerano yo…
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abakinyi bakina hano iwacu , waraye utanguye imyimenyerezo ya mbere ku kibuga ca CTN kiri mu Ngagara . Iyo myimenyerezo ikaba yari yitabiriwe n’abakinyi batari bake…
Umurwi nserukira gihigu w’Uburundi Intamba mu rugamba ugiye gukina inkino zibiri za kivandimwe mu gihigu ca Indonesie . Vyavurwa ko Uburundi buzokina na Kenya inkino zibiri za kivandimwe izo nkino zikazobera muri Kenya ariko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.