Umukinyi wo hagati w’Umurundi Mbirizi Eric abandanya avyitwaramwo neza mu gihugu c’Urwanda. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 01 Gitugutu 2022 aho umugwi Marine Fc wari wakiriye umugwi Rayon Sports mu rukino rw’indwi…
Abakinyi ba Kayanza United muri kino gihe nta n'umwe abarizwa mu buraro. Inyuma y’urukino rw’indwi igira 7 rwa Primus League rwabahuje na Dynamik ku musi wa gatatu igenekerezo rya 23 Nyakanga 2022 nta mukinyi n’umwe wa…
Umugwi wa Basketball w’abigeme Young Sisters waserukiye Uburundi mu mahiganwa Zone ya 5 ariko abera kwa Mukapa indoor Stadium i Dar es Salaam mu gihugu ca Tanzania waraye usubiye kandi gutakaza urukino rugira kabiri inyuma yo…
Umugenduzi wa CAF ajejwe kugenzura ibibuga mpuzamakungu Amadou Issaka ari mu Burundi. Uwo mugenduzi akaba yatanguriye i Bujumbura ku kibuga Intwari kiri mu gisagara bivurwa y’uko ibikorwa vyo kugisubiramwo bizoba mu misi iri…
Abakunzi ba Flambeau du Centre yo mu ntara ya Gitega baraye bakiriye neza abakunzi ba Messager Ngozi . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 25 Nyakanga 2022, aho umugwi Flambeau du Centre wari wakiriye umugwi Messager Ngozi…
Uburundi bwaserukiwe n’abarundi babiri muri ya nama igira 191 y’ishirahamwe ryo gusiganwa n’amakinga kw’isi ( UCI / Union Cycliste Internationale) . Abo barundi akaba ari Iryumugani Arnaud arongoye ishirahamwe ryo gusiganwa…
Umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Ramazani Diamant agiye gukina mu gihugu ca Espagne. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 21 Nyakanga 2022, niho umukinyi w’intamba mu rugamba Diamant Ramazani asanzwe ari mukuru wa…
Umugwi Garage Express wo mu cicaro ca kabiri mu ntara ya Gitega ugiye kuzoza urambikwa n’ishirahamwe rikora ivyo kwambika imigwi Fitness For Life LTD rirongowe n’umurundi aba mu Bwongereza Ndayishimiye Warren Chebby. Hari…
Inyuma yo gusezerera umugwi Al - Ittihad wo muri Libiya, umugwi Flambeau du Centre wakiriwe neza i Bujumbura. Hari kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 20 Nyakanga 2022 isaha icenda 15h00 , niho abakinyi b’umugwi Flambeau du…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.