Inyuma yo kutagira umugwi abarizwamwo, Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino yaguzwe n’umugwi wa AEL LIMASSOL ukina mu cicao ca mbere mu gihugu ca CHYPRE. Saido akaba yaraye ashize umukono ku masezerano yo gukinira…
Umugwi Geita Gold ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania uhejeje kumenyesha y’uko unezerejwe no gusinyisha umukinyi w’Intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza. Saidi Ntibazonkiza akaba yashize umukono ku masezerano yo…
Abamenyereza babiri bamuka mu gihugu c’Urwanda aribo Muhire Hassan na Camarade Banamwana , bandikiye ikete ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryo gusaba ko nabo nyene bokwitabira ivyirwa vyo kurondera…
Umunonotsi w’umurundi Egide Ntakarutimana yaraye yanditse amateka mu gufata ikibanza ca mbere ku metero 5.000 mu gihugu c’Ubutariano, izo metero 5.000 yazigize umwanya ungana iminota 13 n’amasegonda 8 ( 13:08.43). Egide akaba…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi wa Handball w'abatarenza imyaka 18 , waraye utewe impaga kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 30 Myandagaro 2022 n’igihugu ca Maroc , muri ya mahiganwa ya Africa handball championship…
Umukinyi Ramazani Largie afise abavyeyi bamuka mu Burundi aribo Ramazani Mwanuke hamwe na Mwajuma Shabani ariko abica bigacika mw’ihiganwa ryo muri Espagne ( La Liga). Ramazani Largie asanzwe akinira umugwi wa UD Almeria…
Amakuru duhejeje kuronka twakuye ku rubuga rwa radio Isanganiro, ni uko igihugu c’Ubuyapani kigiye gutanga imiriyaridi 30 z’amadorari y’abanyamerica mu ntumbero yo gushigikira iterambere ry’ibihugu vya Africa harimwo…
Urukino rwo gusubiriza rwo kurondera itike rya CHAN 2023 ruzohuza igihugu c’Urwanda n’igihigu ca Ethiopia i Huye mu gihugu c’Urwanda ruzoba igenekerezo rya 3/0/2022 , ruzohagarikirwa n’abahagarikizi 4 mpuzamakungu b’abarundi.…
Umuririmvyi w’umurundi ariko akaririmba indirimbo zihayagiza IMANA (Gospel) David Tresor , yatowe kuzoririmba ururirimbo ruhayagiza igihugu ca Australia mu rukino rukomeye cane rwa Championship ruzohuza umugwi nserukira…
Uwusanzwe avukana n’umukinyi wo hagati wa Juventus Paul Pogba hamwe n’umuwgi nserukira gihugu w’ubufaransa , Mathias Pogba yashize ahabona ibanga ry’uburozi mwene wabo yakoresheje kugira azoroge umusatirizi wa Paris Saint…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.