Kyliam Mbape yavuze abakinyi babiri yemera bompi bakaba barigeze gukinira Real Madrid . Umumenyereza wa Real Madrid Zinedine Zidane hamwe na Cristiano Ronaldo nibo bakinyi bamuteye intege kuva akiri muto. Hampande yabo…
Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Ruheshi 2020, Indundi Sports ibazaniye abakinyi 10 bazwi kw'isi mu gutera Penariti gusumba abandi . Ibihangange kw'isi mu gutera Penariti akaba ari ibi bikurikira : 10)…
Kuri uno wa Gatanu igenekerezo rya 26 Ruheshi 2020 , Indundi Sports tubazaniye urutonde rw'ibibuga vya mbere muri Africa vyakira abantu benshi gusumba ibindi . Akaba ari ibi bikurikira : 10) ikibuga ca Léopold - Sédar -…
Kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 12 Ruheshi 2020, umunonotsikazi mpuzamakungu, Francine Niyonsaba yishikiye Ku ngoro ya Ntare mu gushira umukono mu gitabo c'iteka co guhoza umuryango wa nyakwigwndera uwahoze ari…
Ugutahukana umudari w'inzahabu mu nkino za jeux Olympiques 2021 niyo ndoto Francine Niyonsaba afise Kubw'uwo murundikazi asanzwe ahiganwa ku metero 800 akanatahukana umudari w'ifezo kuri izo metero mu nkino za…
"hormones" z'igihungu nyinshi afise mu mubiri nizo zatumye Francine Niyonsaba ahagarikwa mu mahiganwa azobera mu bu Swiss mu mpera z'uku kwezi kwa Rusama. Naho agerageza kwisigura ku mbuga ngurukanabumenyi, ariko ngo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Warren Cheby Ndayishimiye arabandanya igikorwa yiyemeje co guteza imbere imigwi y'inkino mu bakiri bato, mu kubaronsa ibikoresho vya nkenerwa, eka no mu guteza imbere ingabirano zabo. Kuri uno w'Imana igenekerezo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.