Ku mugoroba wo kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 13 Munyonyo 2022 , isaha umunani 14h00 z’umurango niho umugwi Urunani wacakirana n’umugwi Dynamo mu rukino rwa nyuma rwa CRBD CUP igikomba cari catunganije n’ibanki…
Umukinyi w’umugwi Dynamo Mamadou Dioume yahanywe na FEBABU. Hari ku musi wa gatatu uheze igenekerezo rya 04 Munyonyo 2022 , niho umugwi New Star wahura n’umugwi Dynamo mu rukino rw’igikombe ca CRDB CUP catunganijwe…
Umugwi w’urunani BBC waraye utsinze umugwi Remesha mu gace kanya ( quart temps) uwurushije amanota 5 gusa . Hari ku mugoroba wo kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 08 Munyonyo 2022 aho umugwi Urunani wari uramutse ukina na…
Umugwi w’urunani wari umaze imisi uriko userukira igihugu mu nkino za RoadtoBal uza guhura n’umugwi Remesha mu gikombe ca CRDB CUP. Urwo rukino ruza kuba kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 08 Munyonyo 2022 isaha…
Umugwi Gymkana watsinze les hippos muri rya higanwa rya CRDB CUP. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 Munyonyo 2022 isaha umunani z’umurango (14h00 ) ku kibuga ca Département aho hari haramutse hakinwa…
Ihiganwa rya CRDB Cup ryatunganijwe n’ibanki CRDB ifadikanije na FEBABU ryaraye ritanguye . Hari kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 04 Munyonyo 2022 isaha cumi na zibiri zo kumugoroba (18h00) ku kibuga…
Ibanki CRDB yifadikanije n’ishirahamwe ry’umupira w’amaboko mu Burundi FEBABU , yatunganije ihiganwa ryiswe CRDB cup mu ntumbero yo kwigina isabukuru ry’imyaka 10 iyo Bank imaze iriko ikorera kubutaka bw’Uburundi. …
Umugwi wa Basketball w’abigeme wa hano iwacu Young Sisters waraye utahukanye igikombe ca Legacy Tournament mu gihugu c’Urwanda. Mu rukino rwa nyuma rwabaye igenekerezo rya 29 Gitugutu 2022, Young Sistes watsinze IPRC w’i Huye…
Umugwi wa Basketball Urunani waraye wandikishije amateka mu gukatisha itike yo kuja mu nkino za Elite 16 udatakaje urukino na rumwe mu nkino za Road To Ball zariko zibera mu gihigu ca Tanzania. Urunani urukino rwa mbere…
Hari ku musi wa gatanu igenekerezo rya 21 Gitugutu 2022 , aho hari umusi mukuru wo kwibuka incungu y’uburundi Melchior Ndadaye , uwo musi mukuru wama uhurirana n’urukino rwa nyuma rwa Basketball rw’incungu z’uburundi (…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.