Igenekerezo rya 21 Gitugutu 2022 uko umwaka utashe ishirahamwe Fondation Pax Burundi ryashinzwe na Honorable Réverien Ndikuriyo ryama ritunganya igikombe citiriwe incungu z’uburundi arizo Rwagasore na Ndadaye . Ku musi rero…
Abatwara igisagara ca Bujumbura basabwa kurondera ikibanza bazokwubakamwo ikibuga kizoberamwo inkino za basketball, Judo na volleyball. Ibikaba biheruka gushikirizwa na Honorable Réverien Ndikuriyo ku musi wa gatatu…
Umugwi wa Basketball w’abigeme Young Sisters waserukiye Uburundi mu mahiganwa Zone ya 5 ariko abera kwa Mukapa indoor Stadium i Dar es Salaam mu gihugu ca Tanzania waraye usubiye kandi gutakaza urukino rugira kabiri inyuma yo…
Umukinyi w’umurundi akina umupira w’amaboko ( Basketball) Ines Nezerwa yaraye asize umugani mu gihugu c’Urwanda. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Nyakanga 2022 niho umugwi wa Reg BBC w’abigeme waraye utwaye ihiganwa…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaboko ( FEBABU) ku rwego rwo gufasha abahagarikizi b’abarundi. Hari kuri uyu wa kane igenekerezo rya 15 Nyakanga 2022 , kw’ihoteli Tiger’s riri mu Kinanira Commune Muha, aho ishirahamwe ry’umupira…
Umugwi w’urunani watahukanye igikombe c’ihiganwa rya Basketball Viva Basketball League uzoserukira igihugu mu mahiganwa ya Road to ball wamenye amatariki uzokwitabirako izo nkino. Uwo mugwi uzokwitabira izo nkino mpuzamakungu…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaboko mu Burundi ( FEBABU) rigiye gutegura inkino zizoba mu ntumbero yo gushigikira imigwi Urunani BBc na Young Sisters izoserukira Uburundi mu nkino mpuzamakungu. Ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe …
Umugwi w’Urunani waraye wanditse amateka adasanzwe mu gukora umusi mukuru wo kwigina itsinzi y’igikombe c’ihiganwa rya Basketball citwa Viva Basketball League c’umwaka w’i 2022 batahukanye. Hari kuri uyu wa gatandatu…
La coupe des Héros de basketball organisée par la fondation Pax va reprendre pour la 6e édition. Cela a été déclaré ce mardi 6 septembre 2022 lors d'une conférence de presse animée par le Président de la Fédération de…
The Heroes' Cup of basketball organized by the Pax Foundation will resume for the 6th edition. This was declared this Tuesday, September 6, 2022 during a press conference held by the President of the Burundi Basketball…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.