Umugwi Urunani watahukanye igikombe c’ihiganwa rya VIVA Basketball League ku rwego rw’igihugu muri uno mwaka w’i 2022, ugiye gukora ibirori bidasanzwe vyo kwigina ico gikombe no kuzokina inkino zo gukurakuranamwo za Road to…
Ihiganwa ry’Igikombe c’incungu z’Uburundi ( Coupe des Heros) cama gitegurwa n’ishirahamwe Fondation Pax Burundi kigiye gusubira gutangura ku ncuro igira gatandatu . Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 06 Nyakanga 2022 , isaha…
Kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 21 Myandagaro 2022, abarundi basanzwe baba mu gihugu ca Canada bahurikiye muri Intore Canada Basketball Academy ‘’ ICBA’’ baraye bashiriije ibikoresho ishirahamwe ry’umupira w’amaboko mu…
Imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zo gukurakuranamwo za Basketball African League ( BAL) iza gutangura kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 15 Myandagaro 2022 isaha zine 10h zo mugitondo ku kibuga co muri Quartier Jabe III.…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 07 Myandagaro 2022 ku kibuga ca Département niho umugwi Urunani wari waramutse ukinye urukino rwa nyuma rw’ihiganwa rya Viva Basketball League n’umugwi New Stars , urwo rukino…
Nk'uko mubizi ihiganwa rya Viva Basketball League ryari ryitabiriwe n’imigwi 10 ni ukuvuga imigwi 6 yo mu gisagara ca Bujumbura hamwe n’imigwi 4 iva mu ntara hagati. Muri iryo higanwa rya Viva Basketball League imigwi…
Dr Franck Bujeje yari asanzwe atunganya amahiganwa mw’ishirahamwe rya Basketball mu Burundi FEBABU yakombowe. Nk'uko tubisoma mw’ikete ryateweko umukono n’uwutwara ishirahamwe rya Basketball mu Burundi, FEBABU ,…
Mu nkino zo gukurakuranamwo mu kurondera itike ryo kwitabira ihiganwa rikuru ry'umupira w'amaboko Basketball bitiriye Viva basketball League, ririko riba mu gihugu cose kuva kw'igenekerezo rya 29 nzero 2022,…
Bashajije nkuko babigize umugenzo bompi, abarongozi b' amashirahamwe y'inkino z'amaboko aribo Apôtre Jean Paul Manirakiza aramutswa FEBABU, kumwe na Général Serges Ntakavura aramutswa ishirahamwe rya…
Ihiganwa Super finale n'ihiganwa ryashizweho n'ishirahamwe ry'umupira w'amaboko basketball (FEBABU) ifadikanije n'ishirahamwe Brarundi babicishije mu kinyobwa Viva. Iryo higanwa rikaba rihuza imirwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.