Inyuma yo kwirahira umugwi Cap town tigers ku manota 83 kuri 71, kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 07 Kigarama 2021, uwo mugwi New Stars wasubiye kandi utana mu mitwe n’umugwi wa Matero Magic kuri uyu wa gatatu…
Kuri uyu w'Imana niho mw'ishirahamwe rya basket ball mu gisagara ca Bujumbura hasozerewe ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri , urukino rwasozereye iryo higanwa rukaba rwahuje imirwi les amis na Holy center basket ball…
Inyuma yaho Kern itsindiye umurwi wa Dynamo mu nkino zitatu ziheruka ari navyo vyatumye uwo murwi utwara igikombe ca play off . Ni muri iyo ntumbero uwo mukinyi aheruka kwigenza neza mu mahiganwa aheruka kurangira ya play off…
Inyuma yo guhanishwa ugutsindwa impaga mu rukino rwawuhuje Urunani na Dynamo bikarangira mu mpari banganya 61 kuri 61, ariko Urunani ntirwemera gusubira mu kibuga hasigaye amasegonda 106 bitwaje ko barenganijwe ,nayo…
Ihiganwa rya basket ball mu gisagara ca Bujumbura ryaraye rirangiye kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 14 Ntwarante 2021 inyuma y'urukino rwa nyuma hagati Dynamo na Les hyppos bikaba vyarangiye Dynamo itsinze 71 kuri…
*Umurwi wa KERN BBC utahanye igikombe c'ihiganwa rya ACBAB inyuma y'imyaka 15 ico gikombe badakorako, muri 2005 bamenyerezwa na Mathias Bigirimana, uwo mu menyereza akaba yakeje yivuye inyuma abakinyi, abamenyereza,…
Kuri uno w'imana igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2021 niho hamenyekanye umurwi watahukanye ikibanza ca mbere muri basketball i Bujumbura, ico kibanza kikaba catahukanye umurwi wa Kern inyuma y'imyaka cumi…
Ihiganwa rya basketball rirabandanya rikaba ririko riragera ku musozo waryo. Imirwi ine ya mbere niyo izoserukira igisagara mu mahiganwa y'igihugu bita mu kinyamazuru Championnat national . Les hyppos iza gutana…
Inyuma y'igihe kitari gito umumenyereza wa basketball Loko ashitse muri Suisse mu gisagara ca Lausanne yizigiwe n'umurwi wo muri ico gisagara . Lionel Nkurunziza batazira Loko yavutse kw'igenekerezo rya 7…
Rumwe mu nkino zirindiranywe igishika mw'ishirahamwe rya basket i Bujumbura, mu mpera z'ino ndwi kw'igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2021 rukazohuza Urunani rubarizwa mu kibanza ca Kabiri na Dynamo ibarizwa mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.