Basketball

Bisoro yatahukanye igikombe

Umurwi wa Bisoro niwo watahukanye ihiganwa riheruka gutunganywa n’abakenyezi ukaba wirahiye umurwi w’igipolisi Rukinzo Volleyball club ku maseti atatu kuri imwe mugihe mu bakobwa Muzinga yatsinze les As zitatu ku busa ku…

Gymkhana yaronse itike

Mu gihe kuri uyu wa gatandatu hazokinwa inkino z'igice cakabiri gishira ica nyuma c'inkino zugurura ihiganwa(tournoi d'ouverture), imirwi itatu niyo yarimaze kuronka uburenganzira . Urunani , Dynamo na Les…