Kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 12 Ruheshi 2020, umunonotsikazi mpuzamakungu, Francine Niyonsaba yishikiye Ku ngoro ya Ntare mu gushira umukono mu gitabo c'iteka co guhoza umuryango wa nyakwigwndera uwahoze ari…
Gymkhana yarirahiye Urunani mu rukino rwa kivandimwe ruheruka kubahuza. Mw'ihiganwa ryatunganijwe na Jadot Nkurunziza riheruka guhuza imirwi itandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura ,umurwi wa Gymkhana warirahiye Urunani…
Nkuko mubizi , umuntu aremwa mw'ishusho y’Imana ariko hari igihe umuntu asa n'uwundi hafi ijana kw'ijana. Muri Iran hariho abagabo babiri basa n'ibihangange Christiano Ronaldo(asa na Reza Alireza Lou) na…
Ihiganwa ryitiriwe Guparia na NBA fans 4 ever, ntirikibaye kuri uyu wa gatandatu nkuko vyari bitegekanijwe Ayo makuru agashikirizwa na Gygy Guylain asanzwe arongoye for the love of the game ari nawe yatunganije iryo higanwa…
Kw'igenekerezo rya 11 Ndamukiza nico gihe Jean Hakizimana yabonerako izuba. Hakizimana akaba amaze imyaka irenga cumi n'ibiri mu murwi wa Dynamo akaba ari nawe kizigenza w'uwo murwi mbere akaba anakinira umurwi…
Mu gihe havugwa ko ihiganwa rya basket i Bujumbura rigiye gutangura mu misi iza , umukinyi yaramuwe na Mutanga united ubu akaba yakinira Dynamo n'umurwi nserukiragihugu wa basketball Richard Bienvenue Ndikuriyo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.